INDIRIMBO NSHASHA YA MKOMBOZI YITWA UMUBANYI SIWE MURAYANGO

549795_518422784863963_415694390_n

MKOMBOZI ariko aritegura gusohora indirimbo yiwe nshasha yise UMUBANYI SIWE MURYANGO mu gihe tuzi ko ivyo ari igihushane cuko umugani w’ikirundi uvuga. tumubajije yatubwiye ko yayanditse haheze imisi ariko yagiye afuta kugira aryohore iyo ndirimbo yiwe, akaba asanzwe ari muri ca gitigiri cabandika hama bagafuta bakongera bakandika. icatumye ayandika ngo nuko umubanyi ariwe ararikira abaza kukugirira nabi.

255627_182826585090253_5595543_n

MKOMBOZI nkuko benshi babizi, ku mwaka asohora indirimbo 2 gusa, iyi ndirimbo agira sohore izosohoka mu kwezi kwa kane kugira ikwize amezi atandatu, aho ni mu gihe iyaheruka ari URUDUBI yaririmbanye na YOYA. Mu ndirimbo MKOMBOZI ariko araririmba muri ino misi n’indirimbo agiye arasohorana n’abaririmvyi batandukanye kandi bakomakomeye nka YOYA muri urudubi, KAKA BONE. Twibajije nimba ubu hoho atoba afise uyundi akomeye bagira basohorane iyo ndirimbo, yatubwiye ko ari ibanga azogirira SUPRISE abarundi kuri ico, ikaba iriko ikorerwa muri MA production.

Recent Posts